
Naho Big Fizzo abazwa igihe azogarukira mu gihugu, ababiza akababwira ko nawe atavyazi, hari uwuriko arahamagara bitoroshe kuzobwira oya.
Umutambikanyi wa Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo ngo inkumbu afitiye umugabo ngo n’umurengera basha, ivyo uwo mutamvukanyi akaba aheruka kuvyerekanira ku rubuga rwiwe rwa Whatsapp, aho yanditse ko umukunzi wiwe atadahutse vuba, ashobora gusubira gufata rutema ikirere akamusanga iyari.
Yagizer ati : “ Ndakumbuye Big Fizzo wanje. Ndagusanga iyuri jewe nta Blague, Taha, #urukumbuzi. ”
Ata misi iheze, ubwo butumwa bwoba bwatwenzwe n’abatari bake mu basanzwe bamukurikirana, kuko yaciye asubira kandi kugira ico abivuzeko, aho yahaye ubutumwa abariko baramutwenga ko isi idasakaye nabo bonyagirwa, bisigura ko nabo boshikirwa n’ibikiriko biramubako.
“Abantu muriko murantwenga! Namwe mwonyagirwa wangu!!!”
Uwatanguye kuvuga iyo nkuru akaba ari Mr Yassin, asanzwe azwiko kumenya vyinshi cane kuri Mugani Desire imbere y’abandi, aho mu bagize ico babivugako kuri urwo rubuga rwiwe, bagiye ku ruhande rw’uwo mutambukanyi wa Mugani, nabo bamusabira ko uwo muririmvyi yotahuka kuko akumbuwe mu rugo iwe.
Ivyo uwo mutambukanyi akaba abishikirije inyuma y’imisi mikeya ashitse I Bujumbura inyuma y’akaruhuko k’imisi itari mike yakoreye ku mugabane wa buraya, aho yaronse n’akaryo ko guherekeza umushingantahe wiwe mu biteramo bitandukanye yari yatumiwemwo mu bihugu bitandukanye muri kuri uwo mugabane.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago