Array ( [0] => abakinyi bakina hanze [1] => football [2] => homepage [3] => intamba murugamba [4] => kirundi [5] => kirundi_Sports )

Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino abandanya yitwara neza mu bwongereza .

Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 16 Ndamukiza 2022, ihiganwa ryo mu cicaro ca gatatu mu bwongereza ( League One) ryarabandanije aho umugwi MK Dons watsinzwe na Sheffield Wednesday ikinamwo Saido Berahino ibitsindo 3 kuri 2.

Saido Berahino yinjije igitsindo ca mbere muri bitatu vyinjijwe na Sheffield wednesday .

Mukibuga y’uko Saido Berahino ariwe yatsindiye agashimwe k’umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Ntwarante muri uwo mugwi.