
Uwigeze kuba umurongozi wa Vital’o Fc imyaka itari mike Djamal Seif , yaguze umugwi Flambeau de l’est wo mu Ruyigi.
Djamal Seif yari yemeranije na Honorable Jean Claude Nkunzimana yari asanzwe atwara uwo mugwi ko azowumuha umaze gukora mu cicaro ca kabiri ariko birangiye uwo mugwi ubarizwa Djamal Seif .
biravurwa y’uko Impamvu yoba yatumye Djamal Seif afata umugwi utaratibuka nkuko bari bavyumvikanye ngo n’uko Honorable Jean Claude Nkunzimana , yagiye hanze ataye umugwi kandi atanumwe asezeye , ivyaciye biba ngombwa ko Djamal Seif afata uwo mugwi mu minwe kuko ibikenewe vyose vyerekana ko amaze kugura uwo mugwi vyari vyamaze gukorwa .
Bikavurwa kandi ko Djamal Seif uwo mugwi yoba yawuguze imiriyoni zishika kuri 25 z’amarundi , mbere azoca awuhindura n’izina awitirire izina rya Academy Ubumwe igihe uzoba wakorotse mu cicaro ca kabiri .
Intumbero ya Djamal Seif kugura uwo mugwi ni ukuramura abakinyi abadugana mu cicaro ca mbere cane cane mu mugwi Vital’o Fc umugwi yarongoye imyaka itari mike .
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago