
Shaddy Boo umwe mu bigeme bakunzwe cane mu gihugu kibanyi c’Urwanda, ariko kandi akaba n’umwe muba Influencer bakomeye muri ico gihugu, ngo ari mu rukundo n’umusore inyuma y’imyaka itari mike ivy’urukundo atavyerekwa.
Uwo muvyeyi w’abana babiri yavyaranye n’umwe mu bahinyanyuzi bakomeye muri ico gihugu kibanyi, yemeje ivy’urwo rukundo rwari rumaze imisi runuganugwa hagati yiwe n’umusore yari agize imisi acisha ku rubuga rwa Instagram ruharurwa mu kibanza ca 1 mu zikurikiranwa cane muri ico gihugu.
Mu makuru dukesha ikinyamakuru igihe co mu gihugu kibanyi c’Urwanda baganiriye, uwo muvyeyi yemeje ayo makuru yavugwa kuri uwo musore w’umunyarwanda yavuzwe ko asanzwe aba mu gihugu ca Kenya.
Uwo mugore wa mbere mu Rwanda aheruka gukwiza Followers 1,000,000 kuri Instagram, akaba avyemeje inyuma y’imisi hariko haboneka amajambo y’urukundo ku rubuga rwiwe rwa Instagram, ariko kandi akaba yari agize n’imisi aboneka cane muri ico gihugu kibazwa Kenyatta, eka mbere n’uwo musore akaba yari agize igihe ariko araboneka cane kuri urwo rubuga rwiwe.
Shaddy Boo azwi ku mazina y’ukuri ya Shadia Mbabazi, akaba atari bwerekana umukunzi wiwe kuva mu mwaka wa 2016 atandukana na Meddy Saleh uwari umugabo wiwe banabana eka mbere Imana yanabahezagije abana 2 b’abakobwa bakunze nabo kuboneka bariko baratambana na Nyina kuri Instagram yiwe.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago