
Elisabeth Michael benshi bazi nka Lulu ngo nta mugambi afise wo guhagarika kwonsa umwana wiwe. Aho ni mu gihe abatari bake baca bahagarika bakaja kubaha amata asanzwe ngo kugira ntibasaze.
Mu kiganiro yahaye kimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania, yavuze ko umwana wiwe azomwonsa gushika igihe co kwonsa kirangiye, kuko adashaka kumwonsa igihe gito ngo akize ibere ryiwe ntirirwe.
Yagize ati : “ Nzomwonsa gushika mpeze, ibitu vyo kugirira ubwoba umubiri wanje ngo ntiwononekare si ivy’ukuri, nibonse, jewe ibintu vyo kwibarara sinshaka, kuko vyukuri ndi umuvyeyi kandi ntaco mpindura. ”
Lulu akaba aheruka kugira ubugeni n’umugabo yitwa DJ Mjizo azwi cane kuba ari mu ba Tanzania bategura ibiteramo bikomeye muri ico gihugu, ariko kandi akaba na nyene imwe mu nsamirizi n’imboneshakure ziharurwa mu zikomeye, ariyo EFM&TV.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago