
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Mukakaro 2021, haramutse hugururwa icese Radio CDN, Ijwi rya Cibitoke ikorera mu ntara ya Cibitoke, Komine Rugombo ku Mutumba wa Cibitoke nyene.
Ibirori vyatangujwe na Marie Chantal NIJIMBERE umushikiranganji w’ugutumatumanako amakuru aho yuguruye icese iyo radio mugutabura igitambara.
Hakurikiye ibirori nyezina bikaba vyabereye kuri stade ya Cibitoke, aho Buramatari wiyo ntara OPC1 Carème BIZOZA yahaye ikaze abashitsi bose.
Ivyo birori bikaba vyatewe iteka n’abanyacubahiro batandukanye harimwo Umukuru w’Abarundi baba mu mahanga ku rwego rw’isi yose, Japhet Legentil Ndayishimiye, Umukuru w’Abarundi baba mu mahanga bo mu ntara ya Cibitoke, Buramatari wa Cibitoke, n’abandi.
Mwomenya ko iradiyo CDN Ijwi rya Cibitoke isanzwe isamiranira kuri Mhz 97.0, ikaba isamiranira mu ntara 13 zigize igihugu, eka n’abari hanze y’igihugu bashobora kuyumviriza baciye kuri www.radiocdn.org.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago