
Abatari bake mu baforomakazi bo mu gihugu ca Ghana barafise ibibazo bikomeye bijanye n’ukutarongorwa, iyo ikaba ari imyidogo yashikirijwe na bamwe mu kiganiro bahawe n’ikinyamakuru FN News Room.
Muri ico kiganiro, abo bakobwa b’abaforoma bavuga ko ico bahorwa n’abagabo ari ukugayana hamwe n’ugufyina, ivyo bahakana. Ivyo navyo bakaba babimenye kubera iperereza ryakozwe na bamwe muribo.
Abo baforomakazi barahakana ivyo bagirizwa kuko bavuga ko batagayana ahubwo biyubaha kugira ntihagire uwubacishamwo ijisho, kandi bagakunda akazi kabo basanzwe barangura.
Ukwo kutabaha nirwere nkuko abo baforomakazi babishikiriza, ngo bituma babandanya gusaza batagira icepfo ca ruguru. Abo bakobwa beza basanzwe bakora mu gisata c’ubuvuzi bavuga ko ni miburiburi nuko abagabo boha akaryo ko kubafasha gutera intambwe muri ico gikorwa co kubashira mu nzu.
“Twiteguye kurongorwa, ariko abagabo ntibaza ngo babidusabe. Baba Bashaka kwinezereza hanyuma bakigira. Ivyo twarabirenze. Ico dushaka co nyene n’ukurongorwa, s’ukwinezereza.” Vyashikirijwe n’umwe muri abo baforomakazi.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago