
Ubucuti hagati ya The Ben na Zari the Boss ngo ntibarwitiranye n’urukundo rw’umuhungu n’umukobwa, naho ari incuti yiwe ikomeye.
The Ben arahakana ko be na Zari The boss Lady batoba bari mu rukundo, ivyo n’ivyunvikana mu kiganiro aheruka kugiranira na kimwe mu binyamakuru vyo mu Rwanda.
Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi avuga ko Zari ari mu bafana benshi afise mu gihugu c’Ubugande. Uwo ngo yamweretse kuva kera ko akunda ibikorwa vyiwe.
The Ben yanavuze ko uwo muvyeyi w’abana 5 basanzwe ari incuti za hafi hampande y’ukuba umufana, kuko ngo banaganira cane biciye ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe no ku gahamagazo bisanzwe.
The Ben yabandanije avuga nk’uko ayo makuru dukesha igihe abishikiriza, ko atari kwanka gusangira nawe mu gihe yari mu karere asanzwe abamwo muri Reta zunze ubumwe za Amerika.
Uwo mukunzi wa kera wa Diamond akaba muri ico gihe yari umwe mu bariko batanga amanota kuri Miss Uganda USA 2019, bikaba vyabereye i Chicago, Illinois, USA.
Ivyo akaba abishikirije mu gihe hari hagize igihe amakuru atandukanye avugwa kuri aba babiri inyuma yaho hashiriwe ahabona ishusho ry’abo bariko barasangira bongera bumviriza akaririmbo gashasha Vazi ka The Ben.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago