
Adahigimanze Frank Duniano aremeza ko umurwi wanajeshi wasubiranye kandi ibikorwa bigiye kurwa nk’imvura yo murushana.
Inyuma y’igiteramo c’agakura bakoze bari hamwe, umurwi wanajesih ngo warasubiranye kandi ibikorwa vyawo ni vyinshi.
Mu kiganiro na Indundi Magazine The Duniano umwe mu bagize uwo mugwi avuga ko ibiteramo, indirimbo zishasha n’amasanamu bigiye kuja ahabona.
Mu giteramo co kw’igenekerezo rya 18/08/2019 bakaba baratanze imponjo y’indirimbo “ingorane“ ikaba igiye gusohoka n’amashusho yayo.
Nayo ku bavuga ko uwo murwi woba wagiye hamwe kubera umuzo wa T MAX , The Duniano amenyesha ko atarivyo na gato ahubwo ko T MAX yaje mu karuhuko kiwe.
Frank aranahumuriza abo mu ntara zo hagati mu gihugu ko uwo murwi nabo uzoronka akaryo ko kubateramisha. Abajijwe ko ibikorwa vy’umuririmvyi ku gatwe kiwe bigiye guhagara, Frank yamenyesheje ko nawe ubwiwe abandanya ibikorwa vyiwe kandi ko indirimbo “Ni toke vipi” aherutse gusohora igiye gukorerwa amashusho, kandi ko ubu abarizwa mu burongozi bwa Wanainchi Entertaiment muri studio Wanarecord, bitabuza ko umuririmvyi akora ku gatwe kiwe.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago