
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Myandagaro umwaka wa 2019 ku mbuga ngurukanabumenyi hiriwe harakwiragizwa ifoto y’umukinyi w’umusatirizi w”intamba mu rugamba Mavugo Laudit arikumwe na bakinyi b’umugwi El Jadid wo muri Maroc harimwo n’umukinyi w’umutanzaniya Simon Msuva aho abantu bahavuye bavuga y’uko yamaze guhabwa amasezerano muri uyo mugwi.
Inyuma yayo makuru Indundi Sports yahavuye yegera Mavugo Laudit kugira atange umuco ukwiye kuri iyo nkuru maze nawe arabeshuza ayo makuru aho yavuze y’uko yari ifoto imaze igihe asubira aremeza y’uko yigeze kuja muri uyo mugwi awukoreramwo imyimenyerezo ariko mu nyuma umugwi Napsa Stars akinamwo ntiwahavuye wumvikana n’umugwi Difaa El Jadid kuvyereyeke igurwa ry’uko mukinyi.
Mavugo akaba yagize ati : “Nivyo narigeze gushika muri Maroc muri uyo mugwi imbere y’uko nshira umukono ku masezerano mu nyuma bica biranka ko bumvikana amahera na Napsa Stars nca mbona gusubirayo muri Zambia, gushika ubu ndacari mu mugwi wanje wa Napsa Stars kandi nsigaje kuwukinira ikiringo c’umwaka”.
Mavugo Laudit akaba yitezwe i Bujumbura ku musi w’Imana kugira aze kwifadikanya n’abandi bagenzi biwe mu rukino ruzobahuza na Tanzania.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago