
Hari nk’isaha icumi n’imwe n’igice z’umgoroba (17h30) aho umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue akinira umugwi wa Atlanta United muri America yashika ku kibuga c’indege citiriwe Perezida Melchior Ndadaye, akaba aje kwifadikanya n’abandi mu rukino rwo ku musi wa gatatu ruzohuza intamba mu rugamba na Tanzania.
Kanakimana Bienvenue akaba ahagaze neza mu mugwi akinamwo Atlanta United aho mu nkino 7 amaze gukina amaze kuwutsindira ibitsindo 6 harimwo na Hatrick.
N’umwe mu bakinyi Uburundi bumwizeyeko ibintu vyinshi muri kazoza bivanye n’ubuhinga akoreha mu kibuga .
Mukamenya y’uko mw’ihiganwa ry’umwaka uheruka wa Primus league igihe yariko akinira umugwi Aigle Noir niwe yabaye umusatirizi wa mbere yatsinze ibitsindo vyinshi muri Primus league anatorwa nk’umukinyi mwiza w’umwaka.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago