
Mu gihe hasigaye imisi itarenga 4 gusa kugira Intamba mu rugamba zitane mu mitwe na Tanzania mu rukino rwo gukurakuranamwo rwo kurondera itike yo kwitabira inkino z’igikombe c’isi kizobera muri Qatar mu mwaka wa 2022 , kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 30 myandagaro umwaka wa 2019 ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona ibiciro vyo kwinjira muri urwo rukino.
Bikaba bimeze uku gukurikira :
-Ku mpande z’ikibuga benshi bita Pourtour : 5000fb
-Mu bwugamwo A na D : 20.000fb
-Mu bwugamwo: B na C : 100.000fb
-Mu bwugamwo bw’iteka benshi bita VIP: 200.000fb.
Ayo matike akazodandarizwa ahitwa kuri Palais des arts , Athènée Primaire, Zone Buyenzi , Petit Seminaire Kanyosha hamwe na Gard du Nord kuri Station Engen.
-
Remaking our first cat scratching post
- Bayley Robertson
-
703 Views • 5 months ago
-
Xiaomi Mi 11 vs OnePlus 8 Pro – SPEED TEST!
- Chenai Simon
-
329 Views • 5 months ago
-
- David Parker
-
128 Views • 5 months ago
-
Return to the Sinnoh region in Pokémon Brilliant Diamond ...
- Harry Olson
-
105 Views • 5 months ago
-
What will SpaceX do when they get to Mars?
- David Parker
-
409 Views • 5 months ago
-
This Laptop has NO Laptop Inside – What??
- Chenai Simon
-
97 Views • 5 months ago
-
Ultimate Wild Animals Collection
- Harry Olson
-
185 Views • 5 months ago
-
Testing the Curiosity Rover on Earth
- Bayley Robertson
-
200 Views • 5 months ago
-
- Chenai Simon
-
298 Views • 5 months ago
-
FLYING Leaf Blower RC airplane Mk2
- David Parker
-
75 Views • 5 months ago