Array ( [0] => homepage [1] => kirundi [2] => kirundi_Sports )

Ihiganwa rya Primus league Burundi kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 17 Myandagaro umwaka wa 2019 ryarabandanije kundwi yaryo igira kabiri. Uko niko batsindanye :

– Bumamuru yatsinze Flambeau du centre ibitsindo 2 kuri 1

– Buja city itsinda Athletico Academy ibitsindo 2 kuri 1

– Ngozi City itsindwa na Burundi Spoefa Dynamic igitsindo 1 Ku 0

– Messager Ngozi yanyagiye Olympic Star ibitsindo 4 kuri 1

– Musongati Fc yatsinze Rukinzo Fc ibitsindo 2 Ku 0

– Les lierres yatsinzwe na LLBS4A ibitsindo 2 kuri 1