Array ( [0] => homepage [1] => kirundi [2] => kirundi_Sports )

 


Kizigenza mushasha w’umugwi nserukira gihugu yatowe n’umenyereza Alain Oliver Niyungeko.

Urukurukuru niyo nkuru vyari vyavuzwe kuva kera y’uko hoba hari umugambi wo guhindura kizigenza w’intamba mu rugamba agasubirizwa n’uwundi kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Rusama umwaka wa 2019, hamenyekanye kizigenza mushasha w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu Rugamba uyo nawe akaba ari Saido Berahino.

Saido Berahino akaba asubiriye Ndikumana Yamin Seleman hamwe na Nizigiyimana Karim Makenz.

Ivyegera vya Saido Berahino akaba ari Nsabiyumva Frederic hamwe na Gael Bigirimana.

Mukamenya y’uko Saido Berahino yakiniye imwe mu mugwi yo mu bwongereza nka West Broom Albion hamwe na Stock City.