Array ( [0] => Entertainment [1] => homepage [2] => music )

Ihiganwa rya Primusic  ryatanguriye  mu Ntara ya Cankuzo kuri ino ndwi ya kabiri igenekerezo rya 28 Rusama aho ubonako hahindutse umu ambassadeur kuruhande rw’abigeme akaba  yari umuririmvyikazi Miss Erica,akaba azoba umu Ambassadeur kuri ino ndwi ya kabiri mu Ntara zine arizo Cankuzo,Ruyigi,Gitega ,Karusi.

Miss Erica On Stage Cankuzo

Big Fizzo On Stage Cankuzo

Sat B on Stage Cankuzo