Array ( [0] => Burundi [1] => homepage [2] => kirundi [3] => kirundi_Sports )

Ihiganwa ry’abigeme ryarabandanije kundwi igira 5 mu mpera z’indwi yaraye irangiye. Uku niko batsindanye :

  • Umugwi Liommes Watsinze Rain bow igitsindo 1 Ku 0
  • Ubuntu women Fc utsindwa na La Colombe Fc igitsindo 1 Ku 0
  • PVP Buyenzi yanyagiye Lionne Star ibitsindo 13 Ku 0
  • Inyange Fc inganya na Onze Etoile 0 Ku 0
  • Fofila Pf yangagiye Christ Roi ibitsindo 11 Ku 0

Uku niko imigwi igenda isumbasumbanya amanota :

1) Fofila Pf : ifise amanota 13

2) PVP Buyenzi : ifise amanota 13

3) La Colombe Fc : ifise amanota 9

4) Lionnes Fc : ifise amanota 8

5) Onze Etoile : Ifise amanota 8

6) Rain bow ifise amanota : 6

7) Ubuntu women Fc: ifise amanota 6

8) Ingange Fc : ifise amanota 4

9) Lionne Star : ifise amanota 4

10) Christ Roi : ifise amanota 0