Array ( [0] => homepage [1] => kirundi [2] => kirundi_Sports [3] => primus ligue )

Ihiganwa ryo mu cicaro cakabiri League B ryarabandanije mu mpera z’indwi iheze ku ndwi yaryo gira icumi.

Uku niko imigwi yatsindanye

  • Les jeunes Athletico yatsinzwe na Muzinga Fc ibitsindo 2 kuri 1
  • Top Junior itsinda Busoni Star ibitsindo 2 Ku 0
  • Aigle Noir B yatsinze les elephants ibitsindo 2 Ku 0
  • Volontaire Fc yatsinze BS Dynamic ibitsindo 2 kuri 1
  • Inter Star itsinda Rumonge City igitsindo 1 Ku 0
  • Unite Fc yatsinze Buhumuza Fc igitsindo 1 Ku 0
  • Delta Sta yatsinze Royal Fc ibitsindo 3 kuri 1
  • Lumiere De Mwumba itsinda Moso Sugar igitsindo 1 Ku 0