Array ( [0] => homepage [1] => kirundi_Sports )

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatowe nk’umukinyi Wa Ethiopian Coffée Sc yaranze ukwezi kwa Ntwarante .

Kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho bashira ahabona ukuntu abakinyi bagiye bakurikira Ku manota akaba yaronse amanota agera Ku bice 46% mugihe uwumukurikira yaronse amajwi y’ibice 22%.Tchabalala akaba yaratanguye gukina mu nkino zo gusubiriza bita (Retour ) amaze gukina inkino zine gusa .

Mukamenya y’uko Hussein Shaban Tchabalala akaba ari umwe mu bakinyi bemera cane muri uyo Mugwi wa Ethiopian Coffée Sc .