Array ( [0] => Entertainment [1] => homepage [2] => kirundi [3] => music [4] => muzik na wasani )

Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo.

Inyuma y’uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y’igihe yaramaze arwaye, hamwe na You are the Best yaheruka gushira ahabona haraheze indwi nka 2, Ommy yashize hanze akandi karirimbo.

Ako karirimbo kashizwe hanze, kakaba kabonetsemwo abaririmvyi nka Alikiba, hamwe n’uwundi muririmvyi asa nkaho ari mushasha muri Label Rock star yitwa Cheed.