Array ( [0] => Burundi [1] => homepage [2] => kirundi [3] => kirundi_Sports [4] => primus ligue )

Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kuva kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza gushika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 14 Ndamukiza umwaka wa 2019.

Uku niko imigwi yatsindanye:

  • Messager Buja yatsinzwe na Olympic Star ibitsindo 4 kuri 2
  • Vital’o Fc itsinda Flambeau de l’Est igitsindo 1 ku 0
  • Rukinzo Fc itsindwa na LLBS4A igitsindo 1 ku 0
  • Buja City itsindwa na Athletico Onlympic ibitsindo 3 ku 0
  • Kayanza United inganya na Flambeau du centre igitsindo 1 kuri 1
  • Aigle Noir itsinda Musongati Fc ibitsindo 2 kuri 1
  • Messager Ngozi itsinda Ngozi city ibitsindo 3 ku 0
  • Bumamuru Fc itsinda les lierres igitsindo 1 Ku 0.