Array ( [0] => Burundi [1] => Entertainment [2] => homepage [3] => kirundi [4] => music [5] => muzik na wasani [6] => Photos [7] => picture of the day )

Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c’Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye akubise hasi abaririmvyi nka Mbosso wo muri Tanzania, Mankind (Kenya), Joyce Blessing (Ghana), King Monada (South Africa), Shekhinah na Yovi wo muri Nigeria.

Aya ni amwe mu masanamu makurumakuru yaranze iyakirwa ryiwe ashitse i Burundi :