Array ( [0] => featured sport [1] => homepage [2] => kirundi [3] => kirundi_Sports [4] => primus ligue )

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryarabandanije ku ndwi yaryo ya 5 kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019 Uku Niko batsindanye :

– Muzinga Fc yatsinzwe na Les élephants Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Les jeunes Athletic yatsinzwe na Aigle Noir B igitsindo 1 Ku 0

– Royal Fc itsitsindwa na Busoni Star ibitsindo 2 Ku 0

– Lumiere Fc itsindwa na Unite Fc igitsindo 1 Ku 0

– Rumonge City itsindwa na Dynamic Fc ibitsindo 2 Ku 0.

Kuri uyu wa Mungu Igenekerezo rya 24 Ruhuhuma haza kuba urukino rumwe gusa narwo ruza guhuza umugwi Buhumuza Fc hamwe na Moso Sugar .