Array ( [0] => featured sport [1] => kirundi [2] => kirundi_Sports )

Umugwi Musangati Fc hamwe na Aigle Noir bagiye gucakirana mu rukino rw’igikombe citiriwe Ubumwe bw’abarundi benshi bita Coupe de l’unité.

Ni urukino ruzoba kuwa kabiri igenekerezo rya 5 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha icenda 15h00 Ku kibuga c’ingoma kiri mu ntara ya Gitega .

Abarorerezi bose bakazoronswa amatike yaguzwe n’Inama Nkenguzameteka yifadikanije na Fondation pax Burundi .

Bikabugwa ko atawuzokwinjira adafise itike naho izotangwa ku buntu .

Umugwi uzotsinda igikombe uzoronswa amahera 1.200.000 Bif n’imipira 6

Uwuzorushwa nawo ukazoronswa amafaranga 800.000Bif n’imipira 4 .