16.2 C
New York
Wednesday, April 8, 2020

Recent News

Amafaranga arenga imiriyoni 3 na ngendanwa 18 nivyo vyaraye vyibwe

Amafaranga y’amarundi arenga gato imiriyoni 3 hamwe n’amaterefone 18 ivyo nivyo vyibwe n’abasuma bitwaje ibigwanisho mw'ijoro ryakeye kuri uyu wa mbere ku mutumba Rugenge...

Basketball : Gymkhana na Kern bigenjeje neza

Mu kurindira ko ihiganwa rya basketball ritangura mu gisagara ca Bujumbura , imirwi ibandanya yitegura bakaba bariko barakina inkino za kivandimwe. Kuri uyu w'Imana ,igenekerezo...

Ng’ibi ibidasanzwe biriko birashikira Dj Fanny inyuma yo kuguma ahezagirwa mu bikorwa vyiwe

NYAMURANGWA Fanny benshi bazi nka Dj Fanny ni umwe mubamenyeshamakuru bo murunganwe rushasha bagerageza kujana n'ibihe kandi bakabishiramwo inguvu naho intambamyi zitabura mubuzima bwa...

Corona-Virus yatumye abaguzi n’abagurisha bahindura uburyo bakora akazi kabo

  Mu gihe i Kigali atawusohoka, kubera basabwe kuguma mu mazu kugira birinde kwandura n’ukwanduza abantu ikiza ca Corona Virus, abadandaza co kimwe n’abakozi b’Imana...

Fabrice yahambije abandi mu kuririmbira abagumijwe mu ngo na Corona-Virus

Fabrice nawe yifatanije n’abandi baririmvyi nka Koffi Olomide n’abandi bariko barafasha abantu kumererwa neza mu ngo zabo, muri kino gihe ibihugu bitari bike vyamaze...

Karaté : Jinnah Pérec umwigeme akunda karaté

Mu gihe kuno kwezi kwahariwe agateka k'umukenyezi kw'isi , ikinyamakuru Indundi.com cabazaniye inkuru idasanzwe y'umwigeme yamuka hano iwacu Kaze Jinnah Pérec wo muri Zanshin...

Snow Cay ntazodandaza umuziki ku mbuga ziwugurisha kuko ayo batanga ari make

Snow cay ngo nta mugambi afise wo kudandaza urukurikirane rwiwe rushasha ku mbuga zisanzwe zigurisha indirimbo, ivyo akaba yisunze yuko ngo izo mbuga ata...

FFB: Reveriyano Ndikuriyo yaraye atanze ibikoresho bizokoreshwa n’imigwi

Hari kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, neza na neza isaha zitanu zo kumurango 11h00 ku kibuga c'ubuhinga kiri mu Ngagara...

Uruhinja rwahitanwe na Corona-Virus muri Amerika

Uko imisi ihera niko isi ibandanya itangazwa n’ikiza c’umugera Corona Virus gitera ingwara Covid-19 iriko irahekura imiryango itari mike. Inyuma y’umwana akiri muto, n’ukuvuga...

Kidum yahambije abandi mu kugwanya ikiza ca Corona-Virus

Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum nawe yahambije abandi mu guhimiriza abamukurikirana ngo babandanye kwirinda umugera wa Corona-Virus utera ingwara ya Covid-19, ivyo...

Holiday Recipes

Amafaranga y’amarundi arenga gato imiriyoni 3 hamwe n’amaterefone 18 ivyo nivyo vyibwe n’abasuma bitwaje ibigwanisho mw'ijoro ryakeye kuri uyu wa mbere ku mutumba Rugenge...
Advertisment